ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 4:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 kugira ngo ibisata vy’abantu vyose vyo kw’isi bimenye ukuboko kwa Yehova+, kandi bimenye yuko gukomeye+; kugira ngo mutinye koko Yehova Imana yanyu nantaryo+.’”

  • 1 Samweli 17:46
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 46 Uyu musi Yehova aragutanga mu kuboko kwanje+, nanje ndakwica ata kabuza, ndagukureko umutwe; kandi imivyimba y’ikambi y’Abafilisitiya uyu musi ndayiha koko ibiguruka vyo mu kirere n’ibikoko vyo kw’isi+; kandi abantu bo kw’isi yose bazomenya yuko hariho Imana ya Isirayeli+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika