11 (Hiramu+ umwami wa Tiro ubwiwe yari yarasahirije Salomo+ mu kumuha ibiti vy’amasederi n’ibiti vy’imiberoshi be n’inzahabu, ivyamuhimbara vyose+): ico gihe Umwami Salomo aha Hiramu ibisagara mirongo ibiri mu gihugu ca Galilaya+.
21 Ivyombo vyo kunyweramwo vyose vy’Umwami Salomo vyari ivyo mu nzahabu, kandi ivyombo vyose vya ya Nzu y’Ikibira c’i Libani+ vyari ivyo mu nzahabu itavanze+. Nta kintu na kimwe co mw’ifeza cariho; ifeza yabonwa nk’ubusa mu misi ya Salomo.