ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 2:45
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 45 Mugabo Umwami Salomo azohezagirwa+, kandi intebe y’ubwami ya Dawidi izoshimangirwa imbere ya Yehova ibihe bidahera+.”

  • 2 Ngoma 9:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Yehova Imana yawe ahezagirwe+, we yahimbawe+ nawe mu kugushira ku ntebe y’ubwami yiwe+ ngo ube umwami, utwarire Yehova Imana yawe+; kuko Imana yawe yakunze+ Isirayeli, kugira ngo itume Isirayeli igumaho gushika igihe kitagira urugero, ku buryo yagushize kuri bo ngo ube umwami+ kugira ushitse ingingo y’ubutungane+ be n’ubugororotsi+.”

  • Luka 11:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Umwamikazi+ wo mu bumanuko azohagurutsanywa n’abagabo b’iri yaruka mu rubanza abatsindishe; kuko yaje ava ku mpera z’isi kugira ngo yumve ubukerebutsi bwa Salomo, mugabo, ehe uwuruta+ Salomo ari ng’aha.

  • Yohani 1:49
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 49 Natanayeli aramwishura ati: “Rabi, uri Umwana w’Imana+, uri Umwami+ wa Isirayeli.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika