1 Abami 14:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Atwara amatunga y’inzu ya Yehova n’amatunga y’inzu y’umwami+; atwara ikintu cose+. Atwara kandi za nkinzo zose z’inzahabu Salomo yari yarakoze+. 2 Ngoma 12:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko Shishaki+ umwami wa Misiri aduga gutera Yeruzalemu maze atwara amatunga y’inzu ya Yehova+ n’amatunga y’inzu y’umwami+. Atwara ikintu cose; gutyo atwara za nkinzo z’inzahabu Salomo yari yarakoze+.
26 Atwara amatunga y’inzu ya Yehova n’amatunga y’inzu y’umwami+; atwara ikintu cose+. Atwara kandi za nkinzo zose z’inzahabu Salomo yari yarakoze+.
9 Nuko Shishaki+ umwami wa Misiri aduga gutera Yeruzalemu maze atwara amatunga y’inzu ya Yehova+ n’amatunga y’inzu y’umwami+. Atwara ikintu cose; gutyo atwara za nkinzo z’inzahabu Salomo yari yarakoze+.