Gusubira mu vyagezwe 17:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ariko ntaze yiyongerereze amafarasi+, canke ngo atume abantu basubira mu Misiri ku bwo kwongereza amafarasi+ kandi Yehova yababwiye ati: ‘Ntimuze mwongere gusubira inyuma mujanye iyi nzira.’ 1 Abami 4:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Salomo agira impongore ibihumbi mirongo ine z’amafarasi+ ku bw’imikogote+ yiwe, n’abagendera ku mafarasi ibihumbi cumi na bibiri.
16 Ariko ntaze yiyongerereze amafarasi+, canke ngo atume abantu basubira mu Misiri ku bwo kwongereza amafarasi+ kandi Yehova yababwiye ati: ‘Ntimuze mwongere gusubira inyuma mujanye iyi nzira.’
26 Salomo agira impongore ibihumbi mirongo ine z’amafarasi+ ku bw’imikogote+ yiwe, n’abagendera ku mafarasi ibihumbi cumi na bibiri.