ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 17:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Ariko ntaze yiyongerereze amafarasi+, canke ngo atume abantu basubira mu Misiri ku bwo kwongereza amafarasi+ kandi Yehova yababwiye ati: ‘Ntimuze mwongere gusubira inyuma mujanye iyi nzira.’

  • 2 Samweli 8:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Dawidi amutwara abagendera ku mafarasi igihumbi n’amajana indwi, n’abagabo ibihumbi mirongo ibiri bari ku maguru+; maze Dawidi atangura guca ibitsi+ amafarasi yose y’imikogote+, mugabo asigaza muri yo amafarasi ijana y’imikogote.

  • 1 Abami 10:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Barazana umwe wese ingabirano yiwe+: ibintu vy’ifeza+ n’ibintu vy’inzahabu n’impuzu n’ibirwanisho+ n’amavuta y’umusomozo, amafarasi n’inyumpu+, ivyo bakabwirizwa kubigira buri mwaka+.

  • 2 Ngoma 1:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Kandi bari basanzwe baduga, bagakura mu Misiri umukogote ku bice amajana atandatu vy’ifeza, ifarasi na yo kw’ijana na mirongo itanu; ukwo ni ko vyagenda ku bami bose b’Abaheti n’abami ba Siriya+. Ivyo bintu babikurayo biciye kuri bo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika