ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 8:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Nka kumwe kw’amahanga Yehova ariko ararandura ngo ave imbere yanyu, ni ko muzoyogera, kuko mutazoba mwumvirije ijwi rya Yehova Imana yanyu+.

  • 1 Abami 14:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Yehova azoririka koko Isirayeli, nk’uko nyene irenga rihungabana mu mazi+; ata gukeka azorandura+ Isirayeli kuri ubu butaka bwiza+ yahaye ba sekuruza babo, kandi azobasanzariza+ koko hakurya ya rwa Ruzi+, kubera bakoze ibikingi vyeranda+ vyabo, gutyo bakababaza+ Yehova.

  • 2 Abami 17:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ivyo vyabaye kubera yuko bene Isirayeli bari bacumuye+ kuri Yehova Imana yabo, uwari yarabaduganye abakuye mu gihugu ca Misiri, munsi y’ukuboko kwa Farawo umwami wa Misiri+, maze batangura gutinya izindi mana+;

  • Nehemiya 9:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Maze banka kwumviriza+, ntibibuka+ ibikorwa vy’agatangaza vyawe wabakoreye, mugabo bakomantaza izosi+, bashiraho umukuru+ kugira basubire mu bushumba bwabo mu Misiri. Mugabo wewe uri Imana ikunda kubabarira+, y’inyempuhwe+ kandi y’inyembabazi+, iteba gushavura+ kandi igwije+ ubuntu bwuzuye urukundo, ntiwabahevye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika