ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 5:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Maze asubira kuri wa muntu w’Imana y’ukuri+, we hamwe n’ikambi yiwe yose; araza, ahagarara imbere yiwe araheza avuga ati: “Ehe ubu ndamenye koko yuko ata handi hantu hari Imana mw’isi atari muri Isirayeli+. None rero, ndakwinginze wemere ingabirano y’umuhezagiro+ ivuye ku musuku wawe.”

  • Yesaya 44:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 “Ibi ni vyo Yehova avuze, wa Mwami wa Isirayeli+ n’Umucunguzi wiwe+, Yehova nyen’ingabo: ‘Ndi uwa mbere kandi ndi uwa nyuma+, kandi uretse jewe nta Mana iriho+.

  • Daniyeli 4:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Uzokwirukanwa mu bantu, ubane n’ibikoko vyo mw’ishamba+, kandi ibimera ni vyo bazoguha ngo urishe nk’amashūri+; uzototeshwa n’ikime co mu majuru, ibihe indwi bigukurakuranirweko+, gushika umenye ko Musumbavyose ari we Mutware mu bwami bw’abantu+, be n’uko abuha uwo ashaka+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika