Abacamanza 9:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nya mubambangwe uca ubwira nya biti uti: ‘Nimba vy’ukuri mugira mundobanuze amavuta ngo ndababere umwami, nimuze muronderere ubuhungiro mu gitutu canje+. Atari ukwo na ho, umuriro+ nuve mu mubambangwe, uyigize amasederi+ y’i Libani+.’ 2 Abami 14:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yehowasi umwami wa Isirayeli aca atuma kuri Amaziya umwami wa Yuda ati: “Icatsi c’amahwa cari muri Libani catumye kw’isederi+ ryari muri Libani giti: ‘Nuhe umukobwa wawe umuhungu wanje amubere umugore.’ Ariko igikoko co mu gahinga cari muri Libani kirarengana, gikandagira ico catsi c’amahwa+.
15 Nya mubambangwe uca ubwira nya biti uti: ‘Nimba vy’ukuri mugira mundobanuze amavuta ngo ndababere umwami, nimuze muronderere ubuhungiro mu gitutu canje+. Atari ukwo na ho, umuriro+ nuve mu mubambangwe, uyigize amasederi+ y’i Libani+.’
9 Yehowasi umwami wa Isirayeli aca atuma kuri Amaziya umwami wa Yuda ati: “Icatsi c’amahwa cari muri Libani catumye kw’isederi+ ryari muri Libani giti: ‘Nuhe umukobwa wawe umuhungu wanje amubere umugore.’ Ariko igikoko co mu gahinga cari muri Libani kirarengana, gikandagira ico catsi c’amahwa+.