68 Kandi Yehova azogusubiza mu Misiri mu meri agucishije muri ya nzira nakubwira nti: ‘Ntuzopfa usubiye kuyibona+,’ kandi hiyo muzobwirizwa kwigurisha ku bansi bawe ngo mube abashumba n’abasukukazi+, ariko nta muguzi azoboneka.”
14 mu kuvuga muti: “Oya, ahubwo mu gihugu ca Misiri ni ho tuzokwinjira+, aho tutazobona intambara, canke ngo twumve ijwi ry’inzamba, canke ngo tugire inzara y’umukate; aho ni ho tuzoba+”;