2 Samweli 9:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Dawidi abandanya kumubwira ati: “Ntutinye, kuko ntazobura kukugirira ubuntu bwuzuye urukundo+ ku bwa Yonatani so wawe+; kandi nzogusubiza koko itongo+ ryose rya Sauli sokuru wawe, kandi wewe ubwawe uzokwama urira umukate ku meza yanje+.”
7 Dawidi abandanya kumubwira ati: “Ntutinye, kuko ntazobura kukugirira ubuntu bwuzuye urukundo+ ku bwa Yonatani so wawe+; kandi nzogusubiza koko itongo+ ryose rya Sauli sokuru wawe, kandi wewe ubwawe uzokwama urira umukate ku meza yanje+.”