Itanguriro 15:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Aburamu yongerako ati: “Ehe nta ruvyaro*+ wampaye, kandi ehe umuhungu+ wo mu rugo rwanje ni we agira ansubirire, abe samuragwa.” 1 Timoteyo 5:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nkako, nimba umuntu ataronsa abiwe ivyo bakeneye+, na canecane abo mu rugo rwiwe+, aba yihakanye+ ukwizera+ kandi aba abaye mubi kurusha uwutagira ukwizera.
3 Aburamu yongerako ati: “Ehe nta ruvyaro*+ wampaye, kandi ehe umuhungu+ wo mu rugo rwanje ni we agira ansubirire, abe samuragwa.”
8 Nkako, nimba umuntu ataronsa abiwe ivyo bakeneye+, na canecane abo mu rugo rwiwe+, aba yihakanye+ ukwizera+ kandi aba abaye mubi kurusha uwutagira ukwizera.