1 Samweli 8:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 bamubwira bati: “Ehe washaje, mugabo abahungu bawe ntibagendeye mu nzira zawe. Ubu rero nutugenere umwami+ wo kuducira imanza, nk’ayandi mahanga yose.” 2 Samweli 14:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nuko nya mugore w’Umunyatekowa yinjira aho umwami ari maze agwa hasi+ yubamye, akubita inkoro hasi, hanyuma avuga ati: “Kiza+ mwami!” 2 Abami 6:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Nuko umwami wa Isirayeli ariko ararengana ku ruhome, umugore umwe aramuririra, ati: “Nkiza, ewe mukama wanje umwami+!” Luka 18:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mugabo hariho umupfakazi muri ico gisagara akaba yaguma aja+ iwe, avuga ati: ‘Raba ingene notunganirizwa nkurweko uwo tuburana.’
5 bamubwira bati: “Ehe washaje, mugabo abahungu bawe ntibagendeye mu nzira zawe. Ubu rero nutugenere umwami+ wo kuducira imanza, nk’ayandi mahanga yose.”
4 Nuko nya mugore w’Umunyatekowa yinjira aho umwami ari maze agwa hasi+ yubamye, akubita inkoro hasi, hanyuma avuga ati: “Kiza+ mwami!”
26 Nuko umwami wa Isirayeli ariko ararengana ku ruhome, umugore umwe aramuririra, ati: “Nkiza, ewe mukama wanje umwami+!”
3 Mugabo hariho umupfakazi muri ico gisagara akaba yaguma aja+ iwe, avuga ati: ‘Raba ingene notunganirizwa nkurweko uwo tuburana.’