1 Samweli 26:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Sauli rero amenya ijwi rya Dawidi, avuga ati: “Iryo jwi ni iryawe ga mwananje Dawidi+?” Dawidi na we avuga ati: “Ni ijwi ryanje, mukama wanje umwami.” 2 Abami 6:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Nuko umwami wa Isirayeli ariko ararengana ku ruhome, umugore umwe aramuririra, ati: “Nkiza, ewe mukama wanje umwami+!” 1 Petero 2:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mutere iteka abantu b’uburyo bwose+, mukunde umuryango wose w’abavukanyi+, mutinye Imana+, mutere iteka umwami+.
17 Sauli rero amenya ijwi rya Dawidi, avuga ati: “Iryo jwi ni iryawe ga mwananje Dawidi+?” Dawidi na we avuga ati: “Ni ijwi ryanje, mukama wanje umwami.”
26 Nuko umwami wa Isirayeli ariko ararengana ku ruhome, umugore umwe aramuririra, ati: “Nkiza, ewe mukama wanje umwami+!”
17 Mutere iteka abantu b’uburyo bwose+, mukunde umuryango wose w’abavukanyi+, mutinye Imana+, mutere iteka umwami+.