2 Ngoma 22:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Yehu akimara kugiranira amatati n’inzu ya Ahabu+, abona abaganwa ba Yuda n’abahungu ba bene wabo na Ahaziya+, abasuku ba Ahaziya, aca arabica+.
8 Yehu akimara kugiranira amatati n’inzu ya Ahabu+, abona abaganwa ba Yuda n’abahungu ba bene wabo na Ahaziya+, abasuku ba Ahaziya, aca arabica+.