2 Abami 10:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Maze Yehu ahura na bene wabo+ na Ahaziya+ umwami wa Yuda. Ababwiye ati: “Muri ba nde?”, baca bavuga bati: “Turi bene wabo na Ahaziya, tukaba turiko tumanuka kubaza nimba abahungu b’umwami n’abahungu b’umugore w’iteka bari impore.”
13 Maze Yehu ahura na bene wabo+ na Ahaziya+ umwami wa Yuda. Ababwiye ati: “Muri ba nde?”, baca bavuga bati: “Turi bene wabo na Ahaziya, tukaba turiko tumanuka kubaza nimba abahungu b’umwami n’abahungu b’umugore w’iteka bari impore.”