ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 8:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Yehoramu+ umwami aragaruka rero kugira ngo yivurize i Yezireyeli+ ibikomere Abasiriya bari bamuteje i Rama* igihe yarwanya Hazayeli umwami wa Siriya. Nayo Ahaziya+ mwene Yehoramu umwami wa Yuda, amanuka kuraba Yehoramu mwene Ahabu i Yezireyeli, kuko yari arwaye.

  • 2 Abami 9:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Yehoramu aca avuga ati: “Ambika umukogote ku mafarasi+!” Nuko umukogote w’intambara wiwe wambikwa ku mafarasi maze Yehoramu umwami wa Isirayeli na Ahaziya+ umwami wa Yuda barasohoka, umwe wese ari mu mukogote w’intambara wiwe. Bakiriko barasohoka ngo bahure na Yehu, bamusanga mu gice c’itongo ca Naboti+ Umuyezireyeli.

  • 2 Ngoma 22:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Maze ababa i Yeruzalemu bimika Ahaziya+ umuhungu wiwe w’umuhererezi ngo abe umwami mu kibanza ciwe (kuko ka kagwi k’abambuzi kazanana n’Abarabu+ kw’ikambi kari karishe bakuruwe bose+,) maze Ahaziya mwene Yehoramu atangura kuganza ari umwami wa Yuda.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika