22 Eliya abandanya kubwira abantu ati: “Ni jewe nsigaye ndi umuhanuzi wa Yehova+, jewe jenyene, mu gihe abahanuzi ba Bayali ari abagabo amajana ane na mirongo itanu.
2 Aguma akora ivyari bibi mu maso ya Yehova+, yamara atari nka se+ canke nka nyina, mugabo akuraho inkingi nyeranda+ ya Bayali, iyo se wiwe yari yarakoze+.