2 Abami 15:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nuko Menahemu+ mwene Gadi aduga avuye i Tiruza+ hanyuma aza i Samariya, maze agarikira i Samariya Shalumu+ mwene Yabeshi, aramwica; nuko atangura kuganza mu kibanza ciwe.
14 Nuko Menahemu+ mwene Gadi aduga avuye i Tiruza+ hanyuma aza i Samariya, maze agarikira i Samariya Shalumu+ mwene Yabeshi, aramwica; nuko atangura kuganza mu kibanza ciwe.