2 Ngoma 27:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Aguma akora ivyari bigororotse mu maso ya Yehova+, yisunze ivyo Uziya se wiwe yari yarakoze vyose+. Gusa, we ntiyavogera urusengero rwa Yehova+. Ariko abantu bari bagikora ibintu bikwega guhona+.
2 Aguma akora ivyari bigororotse mu maso ya Yehova+, yisunze ivyo Uziya se wiwe yari yarakoze vyose+. Gusa, we ntiyavogera urusengero rwa Yehova+. Ariko abantu bari bagikora ibintu bikwega guhona+.