ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 96:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Agahinga nikigine be n’ibiri muri ko vyose+.

      Ico gihe nyene, ibiti vyose vyo mu kibira nibiturikishe binezerwe+

  • Yesaya 55:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 “Kuko muzosohokana umunezero+, mwinjizwe mu mahoro+. Imisozi n’imirambi bizogira akamwemwe imbere yanyu n’akamo k’umunezero+, kandi ibiti vy’ishamba vyose bizokoma amashi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika