ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 16:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 Ico gihe nyene, ibiti vyo mu kibira nibiturikishe binezerwe kubera Yehova+,

      Kuko aje gucira imanza isi+.

  • Zaburi 148:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Yemwe misozi namwe mirambi mwese+,

      Yemwe biti vy’ivyamwa namwe masederi mwese+,

  • Yesaya 55:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 “Kuko muzosohokana umunezero+, mwinjizwe mu mahoro+. Imisozi n’imirambi bizogira akamwemwe imbere yanyu n’akamo k’umunezero+, kandi ibiti vy’ishamba vyose bizokoma amashi+.

  • Ezekiyeli 34:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Igiti co mu gahinga kizotanga koko ivyamwa vyaco+, n’igihugu gitange umwimbu waco+, kandi zizokwibera ku butaka bwazo mu mutekano+. Kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova ninavunagura imitambikwa y’ingǒgo yazo+, nkazirokora mu kuboko kw’abahora bazikoresha nk’abashumba+.

  • Ezekiyeli 36:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Emwe, nzogwiza ivyamwa vy’igiti, n’umwimbu w’itongo, kugira ngo mu mahanga ntimwongere kugira iceyi c’ikigoyi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika