1 Samweli 25:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Umuntu niyahaguruka kugira agukurikirane no kugira arondere ubuzima bwawe, ubuzima bw’umukama wanje buzoba koko butekeye mw’isaho y’ubuzima+ iri kumwe na Yehova Imana yawe+; mugabo ubuzima bw’abansi bawe azobutera nk’ubuvuye ahafukuye h’umugozi wo guteresha+. 1 Samweli 26:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Dawidi abandanya kuvuga ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+, Yehova azomwikubitira+; canke umusi uri izina+ azopfa nk’abandi bose, canke azomanuka mu rugamba+ maze azimanganywe ata kabuza+.
29 Umuntu niyahaguruka kugira agukurikirane no kugira arondere ubuzima bwawe, ubuzima bw’umukama wanje buzoba koko butekeye mw’isaho y’ubuzima+ iri kumwe na Yehova Imana yawe+; mugabo ubuzima bw’abansi bawe azobutera nk’ubuvuye ahafukuye h’umugozi wo guteresha+.
10 Dawidi abandanya kuvuga ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+, Yehova azomwikubitira+; canke umusi uri izina+ azopfa nk’abandi bose, canke azomanuka mu rugamba+ maze azimanganywe ata kabuza+.