Itanguriro 31:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nuko arahunga, arahaguruka ajabuka rwa Ruzi+, we n’ivyo yari afise vyose. Inyuma y’ivyo yerekeza* mu karere k’imisozi ka Gileyadi+. 1 Samweli 13:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mbere Abaheburayo bajabuka Yorodani+, baja mu gihugu ca Gadi+ n’ica Gileyadi. Mugabo Sauli yari akiri i Gilugali, kandi abantu bose bamukurikira bajugumira+.
21 Nuko arahunga, arahaguruka ajabuka rwa Ruzi+, we n’ivyo yari afise vyose. Inyuma y’ivyo yerekeza* mu karere k’imisozi ka Gileyadi+.
7 Mbere Abaheburayo bajabuka Yorodani+, baja mu gihugu ca Gadi+ n’ica Gileyadi. Mugabo Sauli yari akiri i Gilugali, kandi abantu bose bamukurikira bajugumira+.