2 Ngoma 4:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Vyongeye, akora imeza cumi, azishira mu rusengero, zitanu iburyo na zitanu ibubamfu+, hanyuma akora amabakure ijana y’inzahabu. 2 Ngoma 4:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nuko Salomo akora ibikoresho+ vyose vyari mu nzu y’Imana y’ukuri n’igicaniro c’inzahabu+ n’imeza+ zajako imikate yerekanwa*,
8 Vyongeye, akora imeza cumi, azishira mu rusengero, zitanu iburyo na zitanu ibubamfu+, hanyuma akora amabakure ijana y’inzahabu.
19 Nuko Salomo akora ibikoresho+ vyose vyari mu nzu y’Imana y’ukuri n’igicaniro c’inzahabu+ n’imeza+ zajako imikate yerekanwa*,