1 Ngoma 4:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ashuhuri+ se wa Tekowa+ agira abagore babiri, Hela na Nayara. Nehemiya 3:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Hanyuma Abanyatekowa+ bakora igikorwa co gusanasana iruhande yabo; mugabo abakomakomeye+ babo ntibemera gukora igikorwa ca ba shebuja. Amosi 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Amajambo ya Amosi, uwari mu borozi b’intama b’i Tekowa+, ayo yeretswe ku vyerekeye Isirayeli+ mu misi ya Uziya+ umwami wa Yuda no mu misi ya Yerobowamu+ mwene Yowasi+, umwami wa Isirayeli, imyaka ibiri imbere y’uko haba ya nyamugigima+.
5 Hanyuma Abanyatekowa+ bakora igikorwa co gusanasana iruhande yabo; mugabo abakomakomeye+ babo ntibemera gukora igikorwa ca ba shebuja.
1 Amajambo ya Amosi, uwari mu borozi b’intama b’i Tekowa+, ayo yeretswe ku vyerekeye Isirayeli+ mu misi ya Uziya+ umwami wa Yuda no mu misi ya Yerobowamu+ mwene Yowasi+, umwami wa Isirayeli, imyaka ibiri imbere y’uko haba ya nyamugigima+.