Abacamanza 13:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Muri ico gihe, hari umugabo umwe w’i Zora+, wo mu muryango w’Abadani+, akaba yitwa Manowa+. Umugore wiwe yari ingumba; nta mwana yari yaravyaye+. 1 Ngoma 4:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nayo Reyaya+ mwene Shobali, avyara Yahati; Yahati na we avyara Ahumayi na Lahadi. Iyo ni yo yari imiryango y’Abazorati+.
2 Muri ico gihe, hari umugabo umwe w’i Zora+, wo mu muryango w’Abadani+, akaba yitwa Manowa+. Umugore wiwe yari ingumba; nta mwana yari yaravyaye+.
2 Nayo Reyaya+ mwene Shobali, avyara Yahati; Yahati na we avyara Ahumayi na Lahadi. Iyo ni yo yari imiryango y’Abazorati+.