Itanguriro 35:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kandi ivyahavuye biba ni uko igihe yariko+ aracikana* (kuko yapfuye+) yamwise Beni-oni*, mugabo se amwita Benyamini*+. Itanguriro 43:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi Imana Mushoboravyose ibahe kugirirwa ikigongwe imbere ya nya mugabo+, kugira abarekurire mwene wanyu wundi na Benyamini. Nanje nimba ari ngombwa ko mpekurwa, mpekurwe+ nta kundi!” Itanguriro 49:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 “Benyamini azoguma atabagura nk’ibingira+. Mu gitondo azorya igikoko cafashwe, ku mugoroba na ho agabure isahu+.”
18 Kandi ivyahavuye biba ni uko igihe yariko+ aracikana* (kuko yapfuye+) yamwise Beni-oni*, mugabo se amwita Benyamini*+.
14 Kandi Imana Mushoboravyose ibahe kugirirwa ikigongwe imbere ya nya mugabo+, kugira abarekurire mwene wanyu wundi na Benyamini. Nanje nimba ari ngombwa ko mpekurwa, mpekurwe+ nta kundi!”
27 “Benyamini azoguma atabagura nk’ibingira+. Mu gitondo azorya igikoko cafashwe, ku mugoroba na ho agabure isahu+.”