ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 11:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Dawidi atuma rero kubaza ivya nya mugore+ maze umuntu umwe avuga ati: “None urya si Bati-sheba+ umukobwa wa Eliyamu+, umugore wa Uriya+ Umuheti+?”

  • 2 Samweli 11:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Abagabo bo mu gisagara basohotse bakarwanya Yowabu, bamwe mu bantu, abasuku ba Dawidi, barapfa; Uriya Umuheti na we nyene arapfa+.

  • 2 Samweli 12:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Kubera iki wasuzuguye ijambo rya Yehova mu gukora ikibi+ mu maso yiwe? Uriya Umuheti wamugarikishije inkota+, umugore wiwe na we uramutwara umugira umugore wawe+, nayo Uriya umwicisha inkota ya bene Amoni.

  • 2 Samweli 23:39
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 Uriya+ Umuheti​—⁠bose bakaba bari mirongo itatu n’indwi.

  • 1 Abami 15:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 kuko Dawidi yakoze ivyari bigororotse mu maso ya Yehova, ntakevye ngo ave ku kintu na kimwe yari yaramutegetse imisi yose y’ubuzima bwiwe+, kiretse mu vya Uriya Umuheti+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika