2 Samweli 11:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Dawidi atuma rero kubaza ivya nya mugore+ maze umuntu umwe avuga ati: “None urya si Bati-sheba+ umukobwa wa Eliyamu+, umugore wa Uriya+ Umuheti+?” 1 Abami 15:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 kuko Dawidi yakoze ivyari bigororotse mu maso ya Yehova, ntakevye ngo ave ku kintu na kimwe yari yaramutegetse imisi yose y’ubuzima bwiwe+, kiretse mu vya Uriya Umuheti+. 1 Ngoma 11:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Uriya+ Umuheti+, Zabadi mwene Ahilayi,
3 Dawidi atuma rero kubaza ivya nya mugore+ maze umuntu umwe avuga ati: “None urya si Bati-sheba+ umukobwa wa Eliyamu+, umugore wa Uriya+ Umuheti+?”
5 kuko Dawidi yakoze ivyari bigororotse mu maso ya Yehova, ntakevye ngo ave ku kintu na kimwe yari yaramutegetse imisi yose y’ubuzima bwiwe+, kiretse mu vya Uriya Umuheti+.