ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 26:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Maze Dawidi abwira Ahimeleki Umuheti+ na Abishayi+ mwene Zeruwiya+, mwene wabo na Yowabu, ati: “Ni nde amanukana nanje iyo Sauli ari, mw’ikambi?” Abishayi aca avuga ati: “Jewe ndamanukana nawe+.”

  • Ezira 9:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Ivyo bikimara kurangira, abaganwa+ begera aho ndi, bavuga bati: “Abantu ba Isirayeli n’abaherezi n’Abalewi ntibitandukanije+ n’abantu bo muri ibi bihugu ku bijanye n’ibintu vyabo biteye ishishi+, abo na bo bakaba ari Abanyakanani+, Abaheti+, Abaperizi+, Abayebusi+, Abamoni+, Abanyamowabu+, Abanyamisiri+ n’Abamori+.

  • Nehemiya 9:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Wasanze umutima wiwe ari uwizigirwa imbere yawe+; nuko ugirana isezerano+ na we ryo kumuha igihugu c’Abanyakanani n’Abaheti n’Abamori n’Abaperizi n’Abayebusi n’Abagirugashi, ryo kugiha uruvyaro rwiwe+; kandi warashikije amajambo yawe, kuko ugororotse+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika