16 Nya rubibe rwaramanuka rwerekeza ku mpera y’umusozi urabana n’umubande wa mwene Hinomu+ uri mu kiyaya co hasi ca Refayimu+ mu buraruko, hanyuma rukamanuka ku mubande wa Hinomu, rwerekeza ku mumanuko w’Umuyebusi+ mu bumanuko, rugaheza rukamanuka rwerekeza i Eni-rogeli+.