Yosuwa 15:63 Bibiliya y’isi nshasha 63 Ariko Abayebusi+ baba i Yeruzalemu+ bene Yuda ntibashoboye kubirukana+; kandi Abayebusi baracabana na bene Yuda i Yeruzalemu gushika n’uyu musi. Abacamanza 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Vyongeye, bene Yuda barwanya Yeruzalemu+ hanyuma barahafata maze bahakubitisha ubugi bw’inkota, ico gisagara bagiha umuriro. Abacamanza 19:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ariko nya mugabo ntiyemera kurara, mugabo arahaguruka afata urugendo hanyuma ashika aharabana na Yebusi+, ari yo Yeruzalemu+; kandi yari kumwe na za ndogobwa z’ingabo zibiri ziriko amatandiko, n’incoreke yiwe be n’umusuku wiwe.
63 Ariko Abayebusi+ baba i Yeruzalemu+ bene Yuda ntibashoboye kubirukana+; kandi Abayebusi baracabana na bene Yuda i Yeruzalemu gushika n’uyu musi.
8 Vyongeye, bene Yuda barwanya Yeruzalemu+ hanyuma barahafata maze bahakubitisha ubugi bw’inkota, ico gisagara bagiha umuriro.
10 Ariko nya mugabo ntiyemera kurara, mugabo arahaguruka afata urugendo hanyuma ashika aharabana na Yebusi+, ari yo Yeruzalemu+; kandi yari kumwe na za ndogobwa z’ingabo zibiri ziriko amatandiko, n’incoreke yiwe be n’umusuku wiwe.