ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 3:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 “Zana umuryango wa Lewi+ hafi, kandi ubahagarike imbere ya Aroni umuherezi, na bo baze bamukorere+.

  • Guharura 16:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 no kuba yarakwigije hafi, wewe na bene wanyu bose, bene Lewi kumwe nawe? None murondere no kwigarurira ubuherezi+ na bwo?

  • 1 Ngoma 15:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ico gihe ni ho Dawidi yavuga ati: “Nta n’umwe ategerezwa kurerura isandugu y’Imana y’ukuri kiretse Abalewi, kuko ari bo Yehova yatoye ngo barerure isandugu ya Yehova+ no kugira ngo bamukorere+ gushika igihe kitagira urugero*.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika