1 Abami 6:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nuko Salomo abandanya kwubaka nya nzu kugira ngo ayirangize+. 1 Ngoma 29:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Salomo umuhungu wanje na we umuhe umutima ukwiye+ kugira ngo agumye amabwirizwa yawe+ n’ibishingantahe vyawe+ n’ingingo nyobozi zawe+, kugira ngo akore vyose, no kugira ngo yubake iyo ngoro+ nagiriye imyiteguro+.”
19 Salomo umuhungu wanje na we umuhe umutima ukwiye+ kugira ngo agumye amabwirizwa yawe+ n’ibishingantahe vyawe+ n’ingingo nyobozi zawe+, kugira ngo akore vyose, no kugira ngo yubake iyo ngoro+ nagiriye imyiteguro+.”