ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 11:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Yehova amanuka rero mu gicu+ hanyuma avugana na we+, maze akura nkeyi ku mpwemu+ yari kuri we, ayishira kuri umwe wese muri abo bagabo b’inararibonye mirongo irindwi. Impwemu ikimara kuja kuri bo, baca batangura gukora bwa bahanuzi; mugabo ntibongeye kubigira+.

  • 2 Ngoma 15:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Nayo Azariya mwene Odedi+, impwemu+ y’Imana iza kuri we.

  • 2 Ngoma 24:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Maze impwemu y’Imana+ itwikira+ Zekariya+ mwene Yehoyada+ umuherezi, ahagarara ahakirurutse imbere y’abantu hanyuma ababwira ati: “Ibi ni vyo Imana y’ukuri ivuze: ‘Kubera iki muhonyanga amabwirizwa ya Yehova, bigatuma mutaroranirwa+? Ko mwahevye Yehova, na we azobaheba+.’”

  • 2 Petero 1:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Kuko ubuhanuzi ata ho bwigeze buzanwa n’ukugomba kw’umuntu+, ahubwo abantu bavuze ivyava ku Mana+ nk’uko bari barongowe n’impwemu nyeranda+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika