13 Bene Aroni umuherezi babaha igisagara c’ubuhungiro+ ku bw’uwishe umuntu+, ari co Heburoni+, n’itongo ry’uburagiriro ryaco, na Libuna+ n’itongo ry’uburagiriro ryaho,
8 Inyuma y’ivyo, Rabushake+ asubira inyuma maze asanga umwami wa Ashuri ariko ararwana na Libuna+; kuko yari yumvise ko nya mwami yavuye i Lakishi+ akagenda.