ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 28:59
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 59 Yehova rero ntazobura gutuma ivyago vyawe n’ivyago vy’uruvyaro rwawe biba ibisesereza cane, ivyago bikomeye kandi vy’igihe kirekire+, n’indwara zibabaza kandi z’igihe kirekire+.

  • 2 Ngoma 21:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Nawe uzogira indwara nyinshi+, hamwe n’indwara y’amara yawe, gushika amara yawe asohotse kubera iyo ndwara, ku musi ku musi+.’”

  • Umusiguzi 3:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Jewe navuze mu mutima wanje+, nti: “Imana y’ukuri izocira urubanza umugororotsi n’umubisha+, kuko ikintu cose gifise igihe caco n’igikorwa cose ng’aho kikagira igihe caco+.”

  • Ivyakozwe 12:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Ako kanya nyene umumarayika wa Yehova aramukubita+, kuko atari yahaye ubuninahazwa Imana+; aca arigitwa n’inyo, aracikana.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika