1 Abami 19:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Yehu+ umwuzukuru wa Nimushi+ na we umurobanuze amavuta, abe umwami wa Isirayeli; Elisha+ mwene Shafati w’i Abeli-mehola+ na we umurobanuze amavuta, abe umuhanuzi mu kibanza cawe+. 2 Abami 9:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nuko nya nderetsi imenyesha iti: “Ya ntumwa yagiye gushika kuri bo, mugabo ntigarutse; kandi ukuntu uwo muntu atwara umukogote ni nk’ukuntu Yehu+ umwuzukuru wa Nimushi+ awutwara, kuko awutwarana ubusazi+.”
16 Yehu+ umwuzukuru wa Nimushi+ na we umurobanuze amavuta, abe umwami wa Isirayeli; Elisha+ mwene Shafati w’i Abeli-mehola+ na we umurobanuze amavuta, abe umuhanuzi mu kibanza cawe+.
20 Nuko nya nderetsi imenyesha iti: “Ya ntumwa yagiye gushika kuri bo, mugabo ntigarutse; kandi ukuntu uwo muntu atwara umukogote ni nk’ukuntu Yehu+ umwuzukuru wa Nimushi+ awutwara, kuko awutwarana ubusazi+.”