Kuvayo 37:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Inyuma y’ivyo akora ibikoresho vyo ku meza, amasahani yayo n’ibikombe vyayo n’ibibakure vyayo n’amakarabo yayo yokoreshejwe mu gusuka ibinyobwa vy’ishikanwa, abikora mu nzahabu itavanze+. Guharura 7:84 Bibiliya y’isi nshasha 84 Iryo ni ryo ryabaye ishikanwa ku bw’ugushikiriza+ igicaniro ku musi wo kukirobanuza amavuta, rivuye ku bakuru+ ba Isirayeli: amasahani y’ifeza cumi n’abiri, amabakure y’ifeza+ cumi n’abiri, ibikombe vy’inzahabu cumi na bibiri;
16 Inyuma y’ivyo akora ibikoresho vyo ku meza, amasahani yayo n’ibikombe vyayo n’ibibakure vyayo n’amakarabo yayo yokoreshejwe mu gusuka ibinyobwa vy’ishikanwa, abikora mu nzahabu itavanze+.
84 Iryo ni ryo ryabaye ishikanwa ku bw’ugushikiriza+ igicaniro ku musi wo kukirobanuza amavuta, rivuye ku bakuru+ ba Isirayeli: amasahani y’ifeza cumi n’abiri, amabakure y’ifeza+ cumi n’abiri, ibikombe vy’inzahabu cumi na bibiri;