Yobu 6:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nayo uwanka kugirira ubuntu bwuzuye urukundo mugenziwe+,N’ugutinya Mushoboravyose+ azoguheba. Imigani 17:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nayo uwo wese yishura iciza ikibi+, ikibi ntikizova ku nzu yiwe+.