ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 11:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Rehobowamu ashitse i Yeruzalemu+, aca akoranya inzu ya Yuda na Benyamini+, abagabo b’abahizi ibihumbi ijana na mirongo umunani bashoboye intambara+, kugira barwanye Isirayeli, bagarukanire ubwami Rehobowamu.

  • 2 Ngoma 13:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Maze Abiya aja mu ntambara ari kumwe n’inteko za gisirikare zigizwe n’abagabo b’abanyenkomezi ibihumbi amajana ane, abagabo b’abarwanyi+ b’abahizi. Nuko Yerobowamu atonda urugamba ngo amurwanye, ari kumwe n’abagabo b’abahizi ibihumbi amajana umunani, abagabo b’intwari kandi b’abanyenkomezi+.

  • 2 Ngoma 17:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Aya ni yo yari amabanga yabo hakurikijwe inzu ya ba sekuruza babo: Muri Yuda hari abakuru b’ibihumbi: uwa mbere yari Aduna umukuru, akaba yari kumwe n’abagabo b’intwari kandi b’abanyenkomezi ibihumbi amajana atatu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika