2 Abami 15:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Amaherezo Yehova ateza umwami icago+, maze aguma ari umunyamibembe+ gushika umusi yapfiriyeko; aguma aba mu nzu yiwe, yakuweko amabanga+, mu gihe Yotamu+ umuhungu w’umwami ari we yagaba inzu, agacira imanza+ abanyagihugu.
5 Amaherezo Yehova ateza umwami icago+, maze aguma ari umunyamibembe+ gushika umusi yapfiriyeko; aguma aba mu nzu yiwe, yakuweko amabanga+, mu gihe Yotamu+ umuhungu w’umwami ari we yagaba inzu, agacira imanza+ abanyagihugu.