ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 15:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Mu mwaka ugira kabiri wa Peka mwene Remaliya umwami wa Isirayeli, Yotamu+ mwene Uziya+ umwami wa Yuda aba umwami.

  • 1 Ngoma 3:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 uwa Yehowasi akaba Amaziya+, uwa Amaziya akaba Azariya+, uwa Azariya akaba Yotamu+,

  • 2 Ngoma 26:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Uziya+ umwami aguma ari umunyamibembe gushika umusi yapfiriyeko; aguma aba mu nzu kanaka ari umunyamibembe+, yakuweko amabanga; kuko yari yaratandukanijwe n’inzu ya Yehova, mu gihe Yotamu umuhungu wiwe ari we yagaba inzu y’umwami, agacira imanza abanyagihugu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika