2 Abami 14:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Maze abantu bose bo muri Yuda batora Azariya+, ico gihe akaba yari afise imyaka cumi n’itandatu+, bamugira umwami mu kibanza ca se Amaziya+. 2 Abami 15:1 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mu mwaka ugira mirongo ibiri n’indwi wa Yerobowamu umwami wa Isirayeli, Azariya+ mwene Amaziya+ umwami wa Yuda aba umwami. 1 Ngoma 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 uwa Yehowasi akaba Amaziya+, uwa Amaziya akaba Azariya+, uwa Azariya akaba Yotamu+,
21 Maze abantu bose bo muri Yuda batora Azariya+, ico gihe akaba yari afise imyaka cumi n’itandatu+, bamugira umwami mu kibanza ca se Amaziya+.
15 Mu mwaka ugira mirongo ibiri n’indwi wa Yerobowamu umwami wa Isirayeli, Azariya+ mwene Amaziya+ umwami wa Yuda aba umwami.