Abacamanza 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ishavu rya Yehova rica rirurumbira Isirayeli+, bituma abatanga mu maboko y’abasahuzi, batangura kubasahura+; kandi atangura kubagurisha mu kuboko kw’abansi babo bari irya n’ino yabo+, ntibaba bagishobora guhagarara imbere y’abansi babo+. 2 Ngoma 33:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Amaherezo Yehova abateza+ abakuru b’ingabo z’umwami wa Ashuri+; nuko bafatira Manase mu myobo+, bamubohesha+ amapingu abiri y’umujumpu hanyuma bamujana i Babiloni. 2 Ngoma 36:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko aduza umwami w’Abakaludaya+ ngo abatere, uno na we atangura kwicisha inkota+ imisore yabo mu nzu y’aheranda habo+, ntiyumvira impuhwe umusore canke umwigeme w’isugi, umutama canke umusaza bukokori+. Imana itanga ikintu cose mu kuboko kwiwe. Zaburi 76:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Azocisha bugufi umutima w’indongozi+;Arateye ubwoba ku bami bo mw’isi+.
14 Ishavu rya Yehova rica rirurumbira Isirayeli+, bituma abatanga mu maboko y’abasahuzi, batangura kubasahura+; kandi atangura kubagurisha mu kuboko kw’abansi babo bari irya n’ino yabo+, ntibaba bagishobora guhagarara imbere y’abansi babo+.
11 Amaherezo Yehova abateza+ abakuru b’ingabo z’umwami wa Ashuri+; nuko bafatira Manase mu myobo+, bamubohesha+ amapingu abiri y’umujumpu hanyuma bamujana i Babiloni.
17 Nuko aduza umwami w’Abakaludaya+ ngo abatere, uno na we atangura kwicisha inkota+ imisore yabo mu nzu y’aheranda habo+, ntiyumvira impuhwe umusore canke umwigeme w’isugi, umutama canke umusaza bukokori+. Imana itanga ikintu cose mu kuboko kwiwe.