2 Abami 16:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ico gihe ni ho Rezini+ umwami wa Siriya na Peka+ mwene Remaliya umwami wa Isirayeli batangura kuduga gutera Yeruzalemu mu ntambara maze basugereza Ahazi, mugabo ntibashobora kurwana+.
5 Ico gihe ni ho Rezini+ umwami wa Siriya na Peka+ mwene Remaliya umwami wa Isirayeli batangura kuduga gutera Yeruzalemu mu ntambara maze basugereza Ahazi, mugabo ntibashobora kurwana+.