2 Aze arambike ikiganza ciwe ku mutwe+ w’ishikanwa ryiwe, kandi rize rikerererwe ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro. Abahungu ba Aroni, abaherezi, baze bamijagire amaraso hirya no hino ku gicaniro.
4 Aze azane nya shūri ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro+ imbere ya Yehova, aheze arambike ikiganza ciwe ku mutwe wayo+, kandi aze akererere nya shūri imbere ya Yehova.