1 Ngoma 16:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Maze asiga Asafu+ na bene wabo ng’aho imbere y’isandugu y’isezerano rya Yehova ngo bame bakorera+ imbere y’iyo Sandugu, nk’uko bibwirizwa kugirwa ku musi ku musi+; 2 Ngoma 29:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 muri bene Elizafani+ hahaguruka Shimuri na Yehuweli; muri bene Asafu+ hahaguruka Zekariya na Mataniya; Zaburi 50:akajambo k’intangamarara Bibiliya y’isi nshasha Agahibongozo ka Asafu+.
37 Maze asiga Asafu+ na bene wabo ng’aho imbere y’isandugu y’isezerano rya Yehova ngo bame bakorera+ imbere y’iyo Sandugu, nk’uko bibwirizwa kugirwa ku musi ku musi+;
13 muri bene Elizafani+ hahaguruka Shimuri na Yehuweli; muri bene Asafu+ hahaguruka Zekariya na Mataniya;