20 Inyuma y’ivyo atora ca Gishingantahe+, agishira muri ya Sandugu+, araheza ashira ya miniho+ kuri iyo Sandugu, ashira na wa murumyo+ hejuru kuri nya Sandugu+.
9 Nta kintu na kimwe cari muri iyo Sandugu kiretse vya bisate vy’amabuye+ bibiri Musa yari yarashizemwo+ i Horebu, ca gihe Yehova yasezerana+ na bene Isirayeli hamwe bariko bava mu gihugu ca Misiri+.
10 Nta kintu na kimwe cari muri iyo Sandugu kiretse vya bisate bibiri vy’amabuye+ Musa yari yarashizemwo i Horebu+, ca gihe Yehova yasezerana+ na bene Isirayeli hamwe bariko bava mu Misiri+.